Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Bene Data, ndashaka ko mumenya ko Ubutumwa Bwiza nababwiye butavuye mu vyiyumviro vy’umuntu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ku vy’ ubutumwa navuze, ndabamenyesha bene Data, yukw atar’ ubg’ abantu:

Gade chapit la Kopi




Galatiya 1:11
9 Referans Kwoze  

Jewe Pawulo intumwa, ntatumwe n’abantu kandi bidaciye ku muntu n’umwe, ariko natumwe na Yesu Kristo n’Imana Data yamuzuye mu bapfuye,


Kuko ico nahawe n’Umwami ari co nanje nabashikirije: muri rya joro Umwami Yesu yafatwa, yakiriye umukate,


Nuko rero, ubu ni bwo Butumwa Bwiza mvuga: umusi uraje, aho Imana izocira imanza ivyo abantu bagize amabanga yabo, ibicishije kuri Yesu Kristo.


Iyo umwe muri mwebwe avuze ati: “Jewe ndi umwigishwa wa Pawulo,” uwundi ati: “Nanje ndi umwigishwa wa Apolo,” ntimuba muriko mwigenza nk’ab’iyi si?


Mbega ibi ndabibabwiye bivuye mu vyiyumviro vy’abantu? Canke n’ivyagezwe vya Mose birafise ico bibivugako?


Ndatangajwe n’ingene mwihuse kuva ku Mana yabahamagariye kuba mu buntu bwa Kristo, mugakurikira ubundi butumwa butandukanye n’ubwo twababwiye,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite