Filipi 3:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Iherezo ryabo ni ukurandurwa. Imana yabo ni inda yabo, kandi ivyobateye isoni ni vyo bihimbaro vyabo. Nta kindi biyumvira atari ivy’iyi si gusa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 iherezo ryabo n’uguhona, imana yabo n’inda, biratana ibiteye isoni vyabo, ivy’ isi ni vyo bababaye. Gade chapit la |