Filipi 3:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nari maze kubibabwira kenshi, kandi n’ubu ndongeye ndabibasubiriyemwo n’amarira menshi, ko hari benshi bigenza nk’abansi b’umusaraba wa Kristo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kuko benshi bagenda ukundi, abo nababgiye kenshi, na none ndabababgira ndira, yukw ar’ abansi b’umusaraba wa Kristo, Gade chapit la |