Filipi 3:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ndabandanya kugira ngo nshike ku mpera y’umuhamagaro, hanyuma ndonke impera yo mw’ijuru, iyo Imana yaduhamagariye muri Kristo Yesu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 mbandaniriza gushika aho dutanguranirwa, ku mpēra y’umuhamagaro w’Imana muri Kristo Yesu wo kuja mw ijuru. Gade chapit la |