Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filipi 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ntihagire ico mukora muronderera inyungu zanyu gusa, ariko mwiyumvire no ku nyungu z’abandi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 kand’ umuntu wese ntiyiyumvire ivyiwe gusa, ariko yiyumvire n’ivy’ abandi.

Gade chapit la Kopi




Filipi 2:4
15 Referans Kwoze  

Ntihakagire uwurondera ineza yiwe gusa, ariko twiteho no kugirira abandi neza.


Twebwe abakomeye mu kwizera dukwiye kwihanganira abadakomeye mu kwizera, ntiturondere ibitunezereza gusa.


Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


Abanezerewe, munezeranwe na bo, abarira murirane na bo.


Iyo hagize uwuja mu ntege nke, nanje numva intege nke. Iyo hagize uwugwa numva umubabaro utovugwa.


Nihagira umuntu atuma umwe muri aba bato banyizera acumura, ikimukwiye ni uko yoboherwa urusyo kw’izosi, agakororerwa i bwina mu kiyaga.


Twirinda kugira uwo tubera igitsitaza kugira ngo igikorwa cacu ntikigawe.


Abandi bose bitayeho ivyabo, nta witayeho ivya Yesu Kristo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite