24 Kandi nanje nizeye ko Umwami azonshoboza kubagendera vuba.
24 Ariko nizigijwe cane n’Umwami wacu yuko nanje nyene nzoza vuba.
Nizeye ko tuzobonana vuba, tukavugana amaso mu yandi.
Kandi untegurire icumba, kuko nizera ko Imana izokwishura amasengesho yawe, maze ikandekura nkagaruka iwanyu vuba.
Mfise vyinshi nshaka kubabwira, ariko sinshaka kubibandikira. Nizera ko nzobagendera tuvugana amaso mu yandi, kugira ngo umunezero wacu ube uwuzuye.
Umwami Yesu niyabikunda, nzobarungikira Timoteyo, kugira ngo nanje nzoterwe intege igihe nzokwumva amakuru yanyu.