Filipi 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kandi, bivuye ku kubohwa kwanje, bene Data ba hano barashize amanga mu Mwami, bituma bashobora kuvuga Ijambo ry’Imana bashize ubwoba. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kand’ abenshi bo muri bene Data bari mu Mwami wacu, bāremeshejwe n’ingoyi zanje, barushiriza gutinyuka kuvuga ijambo ry’Imana bashize amanga. Gade chapit la |