Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filemoni 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ndakwandikiye nizeye ko uzokora ivyo ndagusavye, ndetse n’ibirengeye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nkwandikiye nizigiye k’uzonyumvira, nzi yuk’ uzokora n’ibiruta ivyo mvuze.

Gade chapit la Kopi




Filemoni 1:21
6 Referans Kwoze  

Dufise ukwizera mu Mwami ko mukora kandi ko muzoshishikara mukora ivyo tubahanura.


Nabandikiye kurya kugira ngo ninaza sinzobabazwe n’abonteye umunezero. Ndizera neza ko iyo nezerewe munezeranwa nanje.


Ndanezerewe cane kuko nshobora kubizera muri vyose.


Nizeye ko Imana izobarinda kwakira inyigisho zitari zo. Abariko babatera ukwo kuzazanirwa uko bari kwose bazobihanirwa.


Tubarungikanye kandi n’uwundi mwene Data twabonyemwo ishaka muri vyinshi. Noneho iryo shaka ryabaye ryinshi ku bw’ivyizigiro afise muri mwebwe.


Wizigira ko uri indongozi y’impumyi, umuco w’abari mu mwijima,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite