Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filemoni 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 na mushiki wacu Afiya, na Arukipo uwo dusangiye urugamba, n’ishengero rikoranira mu nzu yanyu:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 na Apiya mushiki wacu, na Arukipo turwanana, n’ishengero ryo mu nzu yawe:

Gade chapit la Kopi




Filemoni 1:2
7 Referans Kwoze  

Mumbwirire Arukipo muti: “Gira ibishoboka vyose ushitse igikorwa wahawe n’Umwami.”


Ariko, nabonye ko ari vyiza kurungika Epafurodite akagaruka iwanyu. Ni mwene Data vy’ukuri akorana nanje kandi agwanana nanje intambara. Mwamundungikiye nk’intumwa kugira ngo amfashe mu vyo nari nkeneye.


Muntahirize ishengero rikoranira mu nzu yabo. Muntahirize umukunzi wanje Epayineto, uwabaye uwa mbere mu bizeye Yesu Kristo mu ntara ya Aziya.


Muntahirize abavukanyi b’i Lawodikiya, na Nimfa hamwe n’ishengero rikoranira mu nzu yiwe.


Amashengero yo muri Aziya arabatasha. Akwilasi na Pirisila na bo barabatasha cane mu Mwami, co kimwe n’ishengero rihurira mu nzu yabo.


Ndafise ivyiza mvuga kuri mwene Data Foyibe, umudiyakonikazi mu rusengero rw’i Kenkireya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite