Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filemoni 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nashaka ko agumana nanje kugira ngo amfashe mu kibanza cawe muri iki gihe ndi imbohe kubera Ubutumwa Bwiza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Mba ndamugumije kugira ngw ankorere mu gishingo cawe, mboshwe n’iminyororo y’ubutumwa bgiza.

Gade chapit la Kopi




Filemoni 1:13
8 Referans Kwoze  

Birabereye ko ndabiyumvira gutyo mwese, kuko ndabafise ku mutima. Mwese musangiye nanje ubuntu bw’Imana, haba mu gihe ndi mw’ibohero canke ndiko ndagwanira Ubutumwa Bwiza ndabwemanga.


Ku bw’ivyo, jewe Pawulo, imbohe ya Kristo Yesu ku bwa mwebwe Abanyamahanga,


Naranezerewe cane numvise ko Setefana, Forotunate na Akayiko bashitse ngaha. Bamfashishije ivyo nari nkeneye vyose mu kibanza canyu.


Jewe Pawulo, imbohe ya Kristo Yesu, na mwene Data Timoteyo, Turakwandikiye wewe Filemoni, mwene Data dukunda cane kandi dusangiye ibikorwa,


kuko yahatswe gupfa azira igikorwa ca Kristo akongera agahakwa gupfa ariko ankorera ibikorwa mutari gushobora kunkorera muri hiyo.


Nuko, Jewe nk’imbohe y’Umwami, ndabinginga ngo mubeho ubuzima bubereye ihamagarwa ryanyu mwahamagawe n’Imana.


ningingira umwana wanje Onesimo, uwo navyaye ndi mw’ibohero.


Ndamukurungikiye kandi umenye ko afise umutima nk’uwanje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite