Abanyefeso 6:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Mubumvire igihe cose, atari gusa iyo babahagarikiye. Ariko kuko muri abakozi ba Kristo, mugakora ivyo Imana igomba bivuye ku mitima. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ntimubakorere bakibahagarikiye, nk’abanezereza abantu, ariko mubakorere nk’abagurano ba Kristo, mukora ivy’ Imana igomba bivuye ku mutima. Gade chapit la |