Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abanyefeso 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 “Wubahe so na nyoko.” Ni co cagezwe ca mbere gifise isezerano:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Wubahe so na nyoko: ico ni co cagezwe ca mbere kirimw’ isezerano,

Gade chapit la Kopi




Abanyefeso 6:2
13 Referans Kwoze  

Uhe umuntu wese ivyo akwiriye guhabwa: abakwiriye guhabwa amakori mubahe amakori, uwukwiriye gutinywa mumutinye, uwukwiriye iteka mumutere iteka.


“Niwubahe so na nyoko kugira ngo ivyawe bize bigende neza kandi kugira ngo uze urambire kw’isi.”


Ariko umupfakazi afise abana n’abuzukuru, bakwiye kubereka ukwubaha Imana kwabo mu kubitwararika, ni ho bazoba bishuye abavyeyi babo ivyo babakoreye, kandi ivyo birahimbara Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite