Abanyefeso 6:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Icongeye kuri ivyo vyose, mwitwaze inkinzo y’ukwizera, iyo mushobora kuzimisha imyampi yose yaka umuriro ya wa mubi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 kandi hamwe n’ivyo vyose mwābīre inkinzo y’ukwizera, ni yo muzoshoboza kuzimisha imyampi ya wa Mubi yose yaka umuriro. Gade chapit la |