Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abanyefeso 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Ariko igishizwe ahabona n’umuco cose gica kiboneka; kandi ikirasiwe n’umuco kiba mu muco.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ariko vyose, iyo bishizwe ahabona, bigaragazwa n’umuco, kukw ikigaragazwa cose ar’ umuco.

Gade chapit la Kopi




Abanyefeso 5:13
8 Referans Kwoze  

Ni co gituma mudakwiye guca urubanza igihe co guca imanza kitaragera; nimurindire gushika Umwami Yesu agarutse. Ni we azonyegurura ivyanyegejwe mu mwijima, yongere ashire ahabona ivyiyumviro vyo mu mitima y’abantu. Aho ni ho umuntu wese azohabwa n’Imana ishimwe rimukwiye.


Ni nde mu bamarayika Imana yigeze ivugako iti: “Icara i buryo bwanje kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe”?


Biteye n’isoni kuvuga ivyo abatumvira Imana bakorera mu mpisho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite