Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abanyefeso 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Mugire ishaka ryo kuzigama ubumwe bwo muri Mpwemu kandi mufatanywe n’umugozi w’amahoro.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 mushishikaye kuzigamisha ubumwe buva kuri Mpwemu umugozi w’amahoro.

Gade chapit la Kopi




Abanyefeso 4:3
16 Referans Kwoze  

Ndabinginga bene Data, mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo, ngo muhuze muri vyose, kandi ntihabeho ukwicamwo ibice, ariko mutunganywe rwose muhuje umutima n’inama.


Murondere kubana amahoro n’abantu bose no kubaho ubuzima bwejejwe, kuko abatejejwe ntibazobona Imana.


Ndabahaye icagezwe gishasha: Nimukundane. Nk’uko nabakunze, ni ko namwe mukwiye gukundana.


Bene Data, ndangije ndabasezera. Murondere ugutunganywa, muterane intege, muhuze umutima n’inama, mubane amahoro, maze Imana y’amahoro n’urukundo izobana namwe.


Mububahe n’imitima yanyu yose mu rukundo ku bw’igikorwa cabo. Mubane amahoro.


Hari umubiri umwe n’Impwemu imwe, nk’uko mwahamagariwe ivyizigiro bimwe vyo muri kazoza;


Ivyo bikwiye kubandanya bikorwa kugeza aho twese tuzoshikira ku kugiriranira ubumwe mu kwizera no mu kumenya neza Umwana w’Imana, no gukura kugeza dushike ku rugezo rwo kunengesera kwa Kristo.


Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite