Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abanyefeso 2:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Muri we inyubakwa yose irafatanywa neza ikaduga kugira ngo ibe urusengero rwejejwe mu Mwami.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Muri we ingoro yose, yubatswe neza, irakura, ngw ibe urusengero rwera mu Mwami wacu.

Gade chapit la Kopi




Abanyefeso 2:21
12 Referans Kwoze  

kuko twempi dukorera Imana, namwe muri umurima w’Imana, muri inzu yayo.


Mbega Imana hari ico yohurirako n’ibigirwamana? Turi ingoro y’Imana, kandi Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo nongere ngendane na bo. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje.”


Ntibagifatanye n’umutwe, ari wo Kristo, umubiri wose wisunga, ufatanijwe n’imitsi n’imisokoro, ugakura uko Imana ibitegetse.


bishitse ngateba, abantu babe baramenya ukwo bakwiye kwigenza mu nzu y’Imana, ari rwo rusengero rw’Imana nzima, rukaba n’inkingi n’urufatiro rw’ukuri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite