Abanyefeso 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kuko ni we mahoro yacu, we yakuyeho amacakubiri yari hagati y’Abayuda n’abanyamahanga akabagira ihanga rimwe akuyeho igihome c’ubwansi cadutandukanya. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ni we mahoro yacu, kuko yahinduye ya macakubiri kuba kimwe, ahomvoye ca gisika co hagati cadutandukanya, Gade chapit la |