Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 8:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuko nzobaharira ibibi vyabo kandi sinzosubira kwibuka ivyaha vyabo.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kuko nzobagirira ikigongwe ku kugabitanya kwabo, Kand’ ivyaha vyabo sinzovyibuka ukundi.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 8:12
17 Referans Kwoze  

Iri ni ryo sezerano nzobashitsako ninabakurako ibicumuro vyabo.”


Muri we ni ho twaherewe ugucungurwa, ari kwo guharirwa ivyaha.


Muri we ni ho twaherewe ugucungurwa biciye mu maraso yiwe, ni kwo guharirwa ivyaha vyacu, kubera ubuntu bwayo bwinshi!


no kuri Yesu Kristo we cabona co kwizigirwa, imfura mu bapfuye, umutware aganza abami bo kw’isi bose, bibane namwe. Icubahiro cose kibe ic’uwadukunze, akatubohora mu vyaha vyacu abanje gusesa amaraso yiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite