Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 7:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Dushobora kuvuga ko aba Balewi bakira ica cumi, bagihaye Melekisedeki biciye muri sekuruza Aburahamu igihe yakimuha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi twoshobora kuvuga yuko Lewi, umwe ahabga ikigiracumi, na we yari yaragitanze muri Aburahamu,

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 7:9
7 Referans Kwoze  

Icaha cinjiye mw’isi giciye ku muntu umwe ari we Adamu, kandi ico caha cazanye urupfu. Ivyo vyatumye urupfu rushika ku bantu bose, kuko bose bacumuye.


Mwiyumvire ingene uwu Melekisedeki yari akomeye! Na Aburahamu, sekuruza w’Abisirayeli, yaravyemeje mu kumuha ica cumi c’ivyo yari yanyaze mu rugamba.


Kuko uwusaba wese arahabwa, uwurondera araronka, n’uwudodora arugururirwa.


Abaherezi bakira ica cumi ni abantu bapfa, ariko Melekisedeki we Ivyanditswe bivuga ko yamaho.


Kuko naho Lewi atari bwavuke, yari akiri mu nda kwa Aburahamu igihe Melekisedeki yakira ica cumi ahawe na Aburahamu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite