Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 7:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Mwiyumvire ingene uwu Melekisedeki yari akomeye! Na Aburahamu, sekuruza w’Abisirayeli, yaravyemeje mu kumuha ica cumi c’ivyo yari yanyaze mu rugamba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nuko mwiyumvire uwo muntu ingen’ ahambaye, uwo Aburahamu sogokuruza mukuru yahaye ikigiracumi co mu minyago iruta iyindi.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 7:4
9 Referans Kwoze  

Bene Data, ndashobora kubabwira ntakekeranya ko sogokuruza wacu Dawidi yapfuye agahambwa, kandi n’imva yiwe iracari hano gushika uwu musi.


Hanyuma Ivyanditswe bivuga ngo: “Aburahamu yizeye Imana bituma imwemera nk’umugororotsi,” birashitswa mbere aca yitwa umukunzi w’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite