Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 7:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Mu gihe ca kera hari abaherezi benshi kuko urupfu rwababuza kubandanya igikorwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kandi ba bandi bābaye abaherezi benshi, kuk’ urupfu rubabuza kwamaho;

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 7:23
7 Referans Kwoze  

Abaherezi bakira ica cumi ni abantu bapfa, ariko Melekisedeki we Ivyanditswe bivuga ko yamaho.


Ariko Yohana agerageza kumwankira, avuga ati: “Ni jewe nkwiye kubatizwa nawe, none uje ngo abe ari jewe nkubatiza!”


Ariko Yesu yabaye umuherezi Imana ibanje kurahira iti: “Uhoraho yararahiye, kandi ntazohindura ico yavuze: ‘Uri umuherezi w’ibihe bidashira.’”


Ku bw’iyo ndahiro, Yesu yahindutse uwuhagarikiye isezerano riruta ayandi.


Ariko Yesu we ni umuherezi ibihe vyose kuko ahoraho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite