Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Umuherezi turiko tuvuga ava mu wundi muryango, kandi nta muntu n’umwe ava muri uwo muryango yigeze gukora ku gicaniro nk’umuherezi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kuk’ uwavuzwekw ivyo, ar’ uwo mu wundi muryango, utigeze kuvamw’ uwakoze igikorwa co ku gicaniro.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 7:13
6 Referans Kwoze  

Ivyagezwe vyashikiriye Abisirayeli biciye mu gikorwa c’ubuherezi bw’Abalewi. None iyo ubwo buherezi buba bwarashikije ugutungana Imana yashaka, hari icari gutuma ishiraho uwundi muherezi wo mu buryo bwa Melekisedeki, atari uwo mu buryo bwa Aroni?


Birazwi ko Umwami wacu akomoka mu muryango wa Yuda, kandi Mose ntiyigeze avuga ko abaherezi bazokomoka muri uwo muryango.


Kandi iyo ubuherezi buhindutse, n’ivyagezwe birahinduka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite