Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kuko naho Lewi atari bwavuke, yari akiri mu nda kwa Aburahamu igihe Melekisedeki yakira ica cumi ahawe na Aburahamu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kuko yar’ akiri mu rura rwa sekuruza, hamwe Melekisedeki yamusanganira.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 7:10
7 Referans Kwoze  

Ivyagezwe vya Mose vyategeka abaherezi bo mu muryango wa Lewi kwaka ubwoko bw’Abisirayeli ica cumi ku vyo bafise, abo na bo bari abavukanyi babo, kandi na bo bari uruvyaro rwa Aburahamu.


Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”


Dushobora kuvuga ko aba Balewi bakira ica cumi, bagihaye Melekisedeki biciye muri sekuruza Aburahamu igihe yakimuha.


Ivyagezwe vyashikiriye Abisirayeli biciye mu gikorwa c’ubuherezi bw’Abalewi. None iyo ubwo buherezi buba bwarashikije ugutungana Imana yashaka, hari icari gutuma ishiraho uwundi muherezi wo mu buryo bwa Melekisedeki, atari uwo mu buryo bwa Aroni?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite