Abaheburayo 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kandi ko na we ari umunyantege nke, ategerezwa gutanga ibimazi vy’ivyaha, atari ivy’abandi gusa, ariko n’ivyiwe na vyo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ni co gituma akwiye no kwitangira ibimazi vy’ivyiwe vyaha, nk’ukw abitangira abandi bantu. Gade chapit la |