Abaheburayo 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Dufise vyinshi twovuga kuri ivyo, ariko biragoye kubibasigurira, kuko bibagora gutahura. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Tumufiseko vyinshi vyo kuvuga, kandi bigoye isobanura, kuko mwabaye ibitumva. Gade chapit la |