Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kandi Imana yamugize Umuherezi Mukuru mu buryo bwa Melekisedeki.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Imana imaze kumwita umuherezi mukuru mu buryo bga Melekisedeki.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 5:10
7 Referans Kwoze  

aho Yesu yabanje kwinjira ku bwacu, amaze kuba Umuherezi Mukuru w’ibihe bidashira mu buryo bwa Melekisedeki.


Ni co gituma vyari bikwiye ko ahinduka agasa natwe abavukanyi biwe muri vyose; kugira ngo atubere Umuherezi Mukuru w’umunyembabazi kandi w’umwizigirwa imbere y’Imana, kugira ngo atange ikimazi gikura ivyaha vy’abantu.


Nuko rero bene Data, mwebwe mwahamagawe n’Imana, mwiyumvire cane kuri uwu Yesu, uwo twemera nk’intumwa n’Umuherezi Mukuru wacu.


Dufise vyinshi twovuga kuri ivyo, ariko biragoye kubibasigurira, kuko bibagora gutahura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite