Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 4:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ariko muri ico gice co hejuru Imana yavuze iti: “Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi na hano, ngo Ntibazoshika mu buruhukiro bganje.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 4:5
3 Referans Kwoze  

Ni twebwe abizeye gusa dushobora kwinjira aho kuruhukira Imana yateguye. Ariko ku bandi Imana yavuze iti: “Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’” Ariko rero ibikorwa vyayo vyaheze igihe yarema isi.


Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite