Abaheburayo 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ubu butumwa bwiza buvuga ko Imana yateguye aho kuruhukira twabwumvise nk’uko na bo babwumvise. Ariko nta co bwabamariye kuko batabwakiranye ukwizera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kuko natwe twabgiwe ubutumwa bgiza nka bo, ariko, ijambo bumvise ntiryābagiriye ikimazi, kuko ritāvanzwe n’ukwizera mu mitima y’abāryumvise. Gade chapit la |