Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Inzu yose irafise uwayubatse, ariko Imana ni yo yubatse vyose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuk’ urugo rwose rugira ūrwubaka, arikw Imana ni yo yubatse ibintu vyose.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 3:4
5 Referans Kwoze  

Ariko Yesu akwiye icubahiro kiruta ica Mose, nk’uko uwubatse inzu akwiye icubahiro kiruta ic’inzu yubatse.


Ariko muri iyi misi y’iherezo, yavuganye natwe iciye ku Mwana wayo. Uwo ni we Imana yagize samuragwa w’ibintu vyose, kandi ivyaremwe vyose yabiremye iciye muri we.


“Mose yabaye umwizigirwa mu nzu y’Imana nk’umukozi,” kugira ngo ashingire intahe ivyo Imana yari igiye kuvuga muri kazoza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite