Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Mbega ni ba nde bagararije Imana, kandi bari barumvise ijwi ryayo? Si bamwe bari bavuye muri Egiputa barongowe na Mose?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ni ba nde bamaze kwumva bakayiratsa? Mbega s’abāvuye muri Egiputa bose, barōngōwe na Mose?

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 3:16
18 Referans Kwoze  

Naho mwari musanzwe mubizi vyose, ndashaka kubibutsa ko Umwami Imana yatabaye ubwoko bw’Abisirayeli akabukura mu gihugu ca Egiputa, ariko hanyuma yahoneje abatizeye bo muri bo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite