Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 3:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Nk’uko narahiranye uburake bganje, Nti Ntibazoshika mu buruhukiro bganje.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 3:11
13 Referans Kwoze  

Ni twebwe abizeye gusa dushobora kwinjira aho kuruhukira Imana yateguye. Ariko ku bandi Imana yavuze iti: “Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’” Ariko rero ibikorwa vyayo vyaheze igihe yarema isi.


Haracariho rero akaruhuko gasa n’ak’umusi w’Isabato gategekanirijwe ubwoko bw’Imana.


Ariko muri ico gice co hejuru Imana yavuze iti: “Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite