Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ni co gituma nabashavuriye, ndavuga nti: ‘Imitima yabo yama izimira, kandi ntibamenye inzira zanje.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ni co catumye ngirira umwikomo ab’ ico gihe, Nkavuga, nti Bama bazimira mu mitima yabo, Kandi ntibamenya inzira zanje;

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 3:10
20 Referans Kwoze  

Kandi ntimukababaze Mpwemu Yera w’Imana, uwo mwahawe nk’ikidodo cemeza ko muri abiwe, ku bwa wa musi aho muzocungurirwa.


Nuko rero bene Data, mwirinde kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe agira umutima mubi utizera ngo bitume ava ku Mana nzima.


Ni co gituma iyo ndababwiye ukuri, ntimushobora kunyizera.


Nuko Yesu abitegereza ashavuye, kandi ababajwe cane n’uko imitima yabo ikomantaye. Nuko abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe.” Akugoroye guca kurakira.


Vyoshoboka ko hari abaciyumvira bati: “None nimba ububi bwanje burushiriza kwerekana ko Imana ari inyakuri kandi bikayihesha icubahiro, ni kuki yoncira urubanza nk’umunyavyaha?”


Kuko banse kumenya Imana, na yo yarabahevye, irabareka ngo bakurikire ivyiyumviro vyabo bipfuye, bakore ibintu batari babereye gukora.


Bamwe cumi bandi bavyumvise, bashavurira abo bahungu babiri bavukana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite