Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 2:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Habuze gato ngo umunganye n’abamarayika; kandi wamwambitse ubwiza n’icubahiro,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Wamucishije bugufi, aba musi y’abamarayika gato. Wamwambitse ubgiza n’icubahiro nk’igitsibo, Wamuhaye kugaba ibikorwa vy’amaboko yawe.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 2:7
7 Referans Kwoze  

Izoha ubugingo budashira abashishikara gukora ivyiza, bakagira umwete mu kurondera ubwiza, icubahiro no kudapfa bitangwa na yo.


Ariko abakora ivyiza, bazohabwa ubwiza, icubahiro n’amahoro biva ku Mana; uhereye ku Muyuda ukageza ku Munyamahanga.


Icubahiro n’ubwiza bibe ivy’Umwami ahoraho, adapfa, ata boneka, we Mana imwe yonyene, ibihe bidashira. Amen.


Ico tubona ni iki: Yesu yagizwe uwuri musi y’abamarayika igihe gito, none ubu yambaye ubwiza n’icubahiro kuko yadupfiriye twese. Ni ku bw’ubuntu bw’Imana Yesu yapfiriye abantu bose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite