Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ahubwo, mu Vyanditswe hari uwashinze intahe ati: “Mbega umuntu ni iki kugira ngo umwibuke, umwana w’umuntu kugira ngo umwiteho?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ariko har’ ah’ umuntu yashinze intahe, at’ Umuntu n’iki ah’ umwibuka, Cank’ umwana w’umuntu ah’ umugendera?

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 2:6
16 Referans Kwoze  

Kuko hari ahantu yavuze ku vyerekeye umusi w’indwi iti: “Nuko ku musi ugira indwi Imana iraruhuka ibikorwa vyayo vyose.”


Mpwemu wa Kristo yari muri bo yaguma avuga ivyerekeye imibabaro ya Kristo n’ubwiza buzoyiherukira bitaraba; na bo bagashaka kumenya igihe ivyo bizoshikira n’uko bizogenda.


Abari aho bose baterwa n’ubwoba, bongera bashima Imana, bati: “Uwuvugishwa n’Imana ahambaye yatwiyeretse, Imana yaje gutabara abantu bayo.”


Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”


Ku bw’imbabazi nyinshi z’Imana yacu, umuco w’igitondo ugiye kuturasira uvuye mw’ijuru,


“Amashimwe ni ay’Umwami, Imana ya Isirayeli, kuko yaje gutabara no gucungura abantu bayo.


Kandi muri ivyo vyose, ntihakagire uwugirira nabi mwene Se canke ngo amugunge, kuko Umwami azohana ivyaha nk’ivyo vyose nk’uko twari tumaze kubibabwira no kubibaburirako.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite