Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Imana ntiyahaye abamarayika kuganza iyi si izoza turiko turavuga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kukw atar’ abamarayika Imana yahaye gutwara isi izobaho, iyo tuvuga.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 2:5
5 Referans Kwoze  

Ariko nk’uko Imana yasezeranye, twiteze ijuru risha n’isi nsha, aho ukugororoka kuzoba kwuzuye.


Umumarayika w’indwi avugije inzamba yiwe, haca humvikana ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Ubwami bwo kw’isi buhindutse ubw’Umwami Imana na Kristo wiwe, kandi azoganza ibihe bidashira.”


bakumviriza ku vyiza vy’ijambo ry’Imana no ku bushobozi bw’ibihe bigiye kuza;


Kandi ubu Butumwa Bwiza bw’Ubwami buzovugwa kw’isi yose, kugira ngo bubere ikimenyetso amahanga yose, hanyuma umuhero uzoca uza.


kuko hano kw’isi tutahafise igisagara camaho, ariko turiko turondera igisagara kizoza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite