Abaheburayo 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nimba ubutumwa Imana yarungikanye abamarayika bwabonetse ari ukuri, kandi ukugarariza kwose n’ukutumvira kwose bikaronka igihano bikwiranye, Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kw ijambo ryavugiwe mu kanwa k’abamarayika ryagumyeho, kand’ ibicumuro vyose no kutaryumvira bikagererwa ingero bikwiranye, Gade chapit la |