Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 2:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Yaravuze kandi ati: “Nzokwizigira Imana.” Yongerako ati: “Jewe n’abana Imana yampaye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ ati Nzokwama ndayizigira. Kand’ at’ Ehe twe n’abana Imana yampaye.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 2:13
16 Referans Kwoze  

Kuko naho mufise abarezi ibihumbi cumi muri Kristo, ntimufise ba so benshi, kuko ni jewe nabavyaje Ubutumwa Bwiza muri Kristo Yesu.


Data yazimpaye aruta bose; nta muntu n’umwe ashobora kuzikura mu kuboko kwa Data.


Yizigiye Imana, rero Imana nimba imukunda nimutabare kuko yavuze ati: “Ndi Umwana w’Imana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite