Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 13:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ni co gituma tuvuga ata bwoba tuti: “Uhoraho ni we mutabazi wanje; sinzotinya. None abantu buntu bongira iki?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ni co gituma tuvuga dushize ubgoba, tut’ Uhoraho n’umutabazi wanje, sinzotinya: Non’ umuntu yoshobora kungira iki?

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 13:6
29 Referans Kwoze  

Mbega none tuvuge iki? Nimba Imana iri mu ruhande rwacu, ni nde yodutsinda?


Nuko muze twegere intebe y’Imana y’ubuntu dushize amanga, kugira ngo twakire imbabazi, turonke n’ubuntu vyo kudufasha mu gihe gikwiye.


Ntimugatinye abashobora kwica umubiri ariko badashobora kwica ubugingo. Ahubwo, mutinye Imana, yo ishobora guhonya ubugingo n’umubiri, ikabita muri Gehinomu.


Muri we, kandi biciye mu kumwizera dushobora kwegera Imana mu mwidegemvyo kandi tudakekeranya.


Ni co gituma, bene Data, dushobora kwinjira ata bwoba Ahera h’Ahera ho mw’ijuru ku bw’amaraso ya Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite