Abaheburayo 13:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ni co gituma na Yesu yababarijwe kandi agapfira inyuma y’igisagara kugira ngo ashikane abantu biwe ku kwera akoresheje amaraso yiwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni co catumye na Yesu ababarizwa inyuma y’irembo, kugira ngo yezeshe abantu ayiwe maraso. Gade chapit la |