Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 12:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nimba Imana itabahana, nk’uko ibikorera abana bayo bose, ivyo bisigura ko muri ibivyarwa, mutari abana bayo vy’ukuri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko namba mudakāngīrwa nk’ico abandi bose bakorerwa, mur’ ibivyarwa, ntimur’ ubura bgayo.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 12:8
5 Referans Kwoze  

kuko Uhoraho aha indero abo akunda, kandi ahana abo yemera ko ari abana biwe.”


Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite