Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 12:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Mwihanganire uku guhabwa indero n’Imana, muzi ko ivyo ibikorera abana bayo bwite. Mwoba mumaze kubona umwana se adahana?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ico mukwiye kwihanganira n’ugutozwa indero nziza. Imana ibagirira nk’abana bayo. N’umwana ki, adakāngīrwa na se?

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 12:7
16 Referans Kwoze  

binginga abigishwa ngo bagume bahagaze mu kwizera. Bababwira bati: “Dutegerezwa guca mu bitubabaza vyinshi kugira twinjire mu Bwami bw’Imana.”


Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite