Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Nuko rero, ni mugorore amaboko yanyu arushe, mukomeze n’amavi acitse intege.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nuko mugorore amaboko acitse urudendevu, n’amavi aregarega:

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 12:12
11 Referans Kwoze  

Mwiyumvire ingene yagwanijwe n’abanyavyaha, kugira ngo ntimucike intege mu mitima yanyu.


Kandi, turabinginze bene Data ngo muhanure ibinebwe, muremeshe abadendebukiwe, mufashe abanyantegenke, mwihanganirane.


Muramaze kwibagira ya majambo yo kubatera intege Imana yababwira nk’abana bayo? Yavuze iti: “Mwana wanje, ntukagaye uguhana kw’Uhoraho, kandi ntugacike intege iyo aguhanye;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite