Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 11:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ukwizera ni kwo kwatumye Sara ashobora gusama inda, naho yari ingumba kandi abakaba yari ashaje cane. Yizeye ko Imana yasezeranye ari umwizigirwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ukwizera ni kwo kwatumye na Sara ashobozwa gusama inda, naho yari yaraciye, kuko yiyumviriye yukw iyasezeranye ar’ iyo kwizerwa.

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 11:11
10 Referans Kwoze  

Muze twumire ku vyizigiro twatura tutanyiganyiga, kuko Imana yasezeranye ni iyo kwizigirwa.


Mbere na Elizabeti incuti yawe agiye kuvyara umwana mu myaka yiwe y’ubusaza. Uwahora yitwa ingumba, uku ni ukwezi kugira gatandatu yibungenze,


Ibi bisigura ko abavutse mu buryo bw’umubiri atari bo bana b’Imana, ahubwo abavutse mu buryo bw’isezerano ni bo bana ba Aburahamu.


Uwavutse ku muguranokazi yavutse kubera ugushaka kw’umubiri, ariko uwavutse ku mugore yidegemvya yavutse kubera isezerano ry’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite