Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abaheburayo 10:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 “Iri ni ryo sezerano nzogirana n’abantu banje inyuma y’aho, ni ko Uhoraho avuze. Nzoshira ivyagezwe vyanje mu mitima yabo, ndavyandike mu bwenge bwabo.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 at’ Iri ni ryo sezerano nzosezerana na bo Hanyuma y’iyo misi, ni jewe Uhoraho mbivuze; Nzoshira ivyagezwe vyanje mu mitima yabo, No mu bgenge bgabo kandi ni ho nzovyandika: arongera

Gade chapit la Kopi




Abaheburayo 10:16
4 Referans Kwoze  

Iri ni ryo sezerano nzobashitsako ninabakurako ibicumuro vyabo.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite