Abaheburayo 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kuko ico Imana yashaka kwari uko twezwa biciye mu kimazi c’umubiri wa Yesu Kristo, rimwe rizima. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ukwo kugomba kwayo ni kwo kwatumye twezwa, tubiheshwa n’uk’ umubiri wa Yesu Kristo watanzwe rimwe gusa. Gade chapit la |