3 Yohana 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mugenzi nkunda, ndakwipfuriza kugira amagara meza no kuroranirwa mu mubiri, nk’uko impwemu yawe imerewe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Mukundwa, ndagusengera ng’umererwe neza muri vyose, uhore uhangaye, nk’uk’ ubugingo bgawe bumerewe neza. Gade chapit la |