3 Yohana 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Demetiriyo avugwa neza na bose, nk’uko ukuri na kwo kumushingira intahe. Natwe tumuvuga neza kandi urazi ko intahe yacu ari iy’ukuri. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Demetiriyo ashingirwa intahe na bose, kandi n’ukuri ubgakwo kurayimushingira: natwe nyene turayimushingira; nawe urazi kw ivyo dushingira intahe ar’ ivy’ ukuri. Gade chapit la |