Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Yohana 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Vyaranezereye cane kubona bamwe mu bana bawe bagendera mu kuri, nk’uko Data yadutegetse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ndanezerewe cane, kuko nasanze bamwe mu bana bawe bagendera mu kuri, nk’uko twagezwe na Data wa twese.

Gade chapit la Kopi




2 Yohana 1:4
12 Referans Kwoze  

Kuko kera mwari mwuzuye umwijima, ariko noneho ubu mufise umuco uva ku Mwami wacu. Nimubeho rero nk’abana b’umuco


kandi mugendere mu nzira y’urukundo, nk’uko Kristo yadukunze akitanga ku bwacu ngo abe ubumote bwiza n’ikimazi bihabwa Imana.


Umuntu wese avuga ko aba muri Kristo akwiye kubaho nk’uko na we yabayeho.


Ndanezerewe cane mu Mwami kuko mwasubiriye kunyitaho. Ndazi ko mwamye munyitaho kuva kera ariko ntimwari bwaronke akaryo ko kubingaragariza.


Maze kubona ko batariko bakorera mu kuri kw’Ubutumwa Bwiza, nabwiye Kefa imbere y’abari aho bose nti: “Nimba wewe Umuyuda, wahevye imigenzo y’Abayuda ukabaho nk’Umunyamahanga, ni kuki ugoberera Abanyamahanga gukurikiza imigenzo y’Abayuda?


Urukundo ntirunezerererwa ikibi, ariko runezererwa ukuri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite