2 Yohana 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nihagira umuntu aza aho muri akazana inyigisho zitandukanye n’izi, ntimuze mumwakire mu nzu zanyu canke ngo mumuramutse. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni hagira umuntu aza i wanyu, akaza atazanye iyo nyigisho, ntimuze mumwakire mu nzu zanyu, kandi ntimuze mumuhe ikāze: Gade chapit la |