Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ariko ntimwibagire iki kimwe, bakundwa: Ku Mwami umusi umwe ni nk’imyaka igihumbi, n’imyaka igihumbi ni nk’umusi umwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Arikw abo nkunda, iri rimwe mweho ntimuryiyobagize, yuko ku Mwami Imana umusi umwe umeze nk’imyaka igihumbi, n’imyaka igihumbi imeze nk’umusi umwe.

Gade chapit la Kopi




2 Petero 3:8
5 Referans Kwoze  

Bene Data, ndagomba ko mumenya iri banga ngira ndababwire kugira ngo bibarinde ubwibone. Bamwe mu Bisirayeli bafise imitima ikomantaye, ariko ivyo bizorangira igitigiri c’Abanyamahanga binjira mu gakiza gikwiye.


Bene Data, ibijanye n’ingabire za Mpwemu Yera, nshaka ko mubitahuzwa neza.


Bene Data, singomba ko mwibagira ko ba sogokuruza mu bugaragwa bagendera musi y’igicu, kandi ko bose bajabutse baciye mu kiyaga.


Bakundwa, iri ni ikete rya kabiri ndabandikiye. Muri ayo yose uko ari abiri, nagomba gukangura imitima yanyu ngo mwiyumvire neza ku vyo nabandikiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite